Generic selectors
Exact matches only
Search in title
Search in content

ubusa by big fizzo

Image By Mood Converter
Spread the love

Lyrics for ubusa by big fizzo

Bantu boy music
Peniel on the beat
Fizzo baby

Haciye imisi mu rugo mbona impinduka
Icivugo ca buri musi n’ukuntuka
Ntukunyakira kwakundi
Untera imirarwe nkaceceka
Unyagiriza abandi
Kandi mba mvuye guhangayika

Abagenzi ntibazotwubakira
Baazogutera mamy gutuntura
Birya bakubwira nanje barabimbarira
Mwiza wanje reka baradufuhiraBaby
Reka tubagwize n’ubusa
(Ubusa chérie)
Ivyo bakubwira bifate nk’ubusa
(Ubusa chérie we)
Erega ndakubuze nocika ubusa
(Ubusa chérie)
Noba mpfuye je nzize ubusa
(Ubusa chérie we)Ibuka kera twari babiri
Ariko Imana itugira umwe
Kandi ibuuka twaba habiri
None ubu tuba hamwe
Nakubeereye ic’ushaka mu buzima
Nakubeereye umukunzi wipfuza maAbagenzi ntibazotwubakira
Baazogutera mamy gutuntura
Birya bakubwira nanje barabimbarira
Mwiza wanje reka baradufuhiraBaaaby
Reka tubarwize n’ubusa
(Ubusa chérie)
Ivyo bakubwira bifate nk’ubusa
(Ubusa chérie we)
Erega ndakubuze nocika ubusa
(Ubusa chérie)
Noba mpfuye je nzize ubusa
(Ubusa chérie we)
Ubusa babyNi we natoye mu majana
Niw’umara inyota y’umutima
Ukampa intumbero y’ubuzima
Ndavuga ni we natoye mu majana
Niw’umara inyota y’umutimaYeah yeah yeah yeah yeah
Reka tubarwize n’ubusa
(Ubusa babe)
Ivyo bakubwira bifate nk’ubusa
(Ubusa chérie we)
Erega ndakubuze nocika ubusa
(Ubusa chérie)
Noba mpfuye je nzize ubusa
(Ubusa chérie we)Uuubuusaaa baby
Lion 10
Saïdo Ntibazonkiza

Lyrics by Abela


Spread the love

Leave a Reply

Your email address will not be published.

00:00
00:00
Empty Playlist