Generic selectors
Exact matches only
Search in title
Search in content

Umwana by Buja FM Kids ft B Face

Image By Mood Converter
Spread the love

Image By Mood Converter
Umwana kw’isi asigura vyinshi
Umwana n’igiti camwa ivyamwa vyizaaaa
Nukumuha agateka kamukwiriye
Ninkokuvomera no gututurira igiti camwa ivyamwa vyizaaaa eeh

Uwufata neza ikibondo
Aba abungabunze ejo heza
Arakanera kugira izina,kugira n’ubwenegihuguu uuh

Ikitibagiwe n’ukugira amagara meza yeah
Gukingirwa indwara zose z’ivyaduka yeeeeh

Uburenganzira nirwiwe ijana kw’ijana bwokujanwa kw’ishule eeehh oohh

Nimubakunde ,mubahe ivyobashaka
Bagume iruhande ijoro n’umutaga
Ngaboo(ngabo ngabo)
Ngaboo(ngabo ngabo)
Ngaboo(ngabo ngabo)
Ngaboo(ngabo ngabo)

Umwana afise uburenganzira
Bwo kugira umuryango
Abahizi bakikuza ubuto bwiwe ehh

Kizire ko yigishwa ivy’ingwano n’i nabi

Umwana arakwiye kw’umvirizwa muruhande rwiwe maze agatunganyirizwa

Kanatsinda n’uwanka agakura abaga umutavu uuuhh eeeh

Ikitibagiwe n’ukugira amagara meza yeah
Gukingirwa indwara zose z’ivyaduka yeeeeh

Uburenganzira nirwiwe ijana kw’ijana bwokujana kw’ishule eeehh oohh

Nimubakunde ,mubahe ivyobashaka
Bagume iruhande ijoro n’umutaga
Ngaboo(ngabo ngabo)
Ngaboo(ngabo ngabo)
Ngaboo(ngabo ngabo)
Ngaboo(ngabo ngabo)

Nimubakunde ,mubahe ivyobashaka
Bagume iruhande ijoro n’umutaga
Ngaboo(ngabo ngabo)
Ngaboo(ngabo ngabo)
Ngaboo(ngabo ngabo)
Ngaboo(ngabo ngabo)

eeeh musa,barayamaze ngo umwana s’uwumwe
Kandi ngo ubugirigiri bugira babiri
Tugiye hamwe,umwana twomuhereza agateka akwiriye
Bless
Ngaboo(ngabo ngabo)
Ngaboo(ngabo ngabo)
Ngaboo(ngabo ngabo)
Ngaboo(ngabo ngabo)

Lyrics By Olivier Nsabimana


Spread the love

Leave a Reply

Your email address will not be published.

00:00
00:00
Empty Playlist